Matayo 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu yishura ati: “Mwebwe ntimuzi ico muriko murasaba. Ubwo mwoshobora kunywa igikombe+ ngira nywe?” Bamubwira bati: “Twobishobora.” Mariko 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo Yezu ababwira ati: “Ntimuzi ico muriko murasaba. Mbega murashobora kunywa igikombe ndiko ndanywa, canke kubatizwa ibatisimu ndiko ndabatizwa+?” Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.
22 Yezu yishura ati: “Mwebwe ntimuzi ico muriko murasaba. Ubwo mwoshobora kunywa igikombe+ ngira nywe?” Bamubwira bati: “Twobishobora.”
38 Mugabo Yezu ababwira ati: “Ntimuzi ico muriko murasaba. Mbega murashobora kunywa igikombe ndiko ndanywa, canke kubatizwa ibatisimu ndiko ndabatizwa+?”
27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.