Luka 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uzogira akanyamuneza n’akamwemwe kenshi, kandi benshi bazonezererwa+ ivuka ryiwe; Abaroma 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Munezeranwe n’abanezerewe+; murirane n’abarira.