Matayo 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Na mwebwe nyene, inyuma muboneka ku bantu ko muri abagororotsi+, mugabo imbere mwuzuye ubwiyorobetsi n’ubugarariji. Luka 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri ico gihe, isinzi rimaze gukoranira hamwe ari ibihumbi vyinshi cane gushika aho basigara bahonyangana, ahera ku bigishwa biwe, avuga ati: “Mwiyubare umwambiro+ w’Abafarizayo, ari bwo bwiyorobetsi+.
28 Na mwebwe nyene, inyuma muboneka ku bantu ko muri abagororotsi+, mugabo imbere mwuzuye ubwiyorobetsi n’ubugarariji.
12 Muri ico gihe, isinzi rimaze gukoranira hamwe ari ibihumbi vyinshi cane gushika aho basigara bahonyangana, ahera ku bigishwa biwe, avuga ati: “Mwiyubare umwambiro+ w’Abafarizayo, ari bwo bwiyorobetsi+.