Matayo 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 mugabo irembo ryaga be n’inzira ipfunganye ni vyo bijana mu buzima, kandi bake ni bo bayitora+. Matayo 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Abigishwa bavyumvise barajongoroka cane, bavuga bati: “None ni nde vy’ukuri ashobora gukizwa+?”