Matayo 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo; Abafilipi 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Si uko maze guhabwa ico niteze canke kugirwa uwutagira akanenge+, ahubwo mbandanya+ urugendo rwanje ngo ndabe ko na jewe nocakira+ kimwe catuma nanje ncakirwa+ na Kristu Yezu.
13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo;
12 Si uko maze guhabwa ico niteze canke kugirwa uwutagira akanenge+, ahubwo mbandanya+ urugendo rwanje ngo ndabe ko na jewe nocakira+ kimwe catuma nanje ncakirwa+ na Kristu Yezu.