Matayo 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma ba bigeme bandi na bo baraza, bavuga bati: ‘Mutungwa, mutungwa, twugururire+!’ Luka 6:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Kubera iki none mumpamagara ngo: ‘Mukama! Mukama!’ mugabo ntimukore ivyo mvuga+?