Matayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwo wese yishira hejuru azocishwa bugufi+, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+. Luka 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.”
14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.”