Matayo 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze atuma abashumba biwe guhamagara abatumiwe kuri nya nzimano y’ubugeni+, mugabo baranka kuza+.