Matayo 21:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ni co gituma ndababwiye nti: Ubwami bw’Imana muzobwakwa buhabwe ihanga ryama ivyamwa vyabwo+. Matayo 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze abwira abashumba biwe ati: ‘Inzimano y’ubugeni yateguwe koko, mugabo abatumiwe ntibari babibereye+. Abaheburayo 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Turabona rero ko batashoboye kwinjira kubera ukutizera+.
8 Maze abwira abashumba biwe ati: ‘Inzimano y’ubugeni yateguwe koko, mugabo abatumiwe ntibari babibereye+.