ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 34:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndi hano, jewe ubwanje, kandi nzorondera intama zanje, ndaziteho+.

  • Matayo 18:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Muvyiyumvirako iki? Hamwe umuntu yoba afise intama ijana hanyuma imwe muri zo ikazimira+, ntazosiga none zimwe mirongo icenda n’icenda ku misozi, akaja kurondera imwe yazimira+?

  • Luka 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko Umwana w’umuntu yaje kurondera no gukiza icatakaye+.”

  • 1 Petero 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika