Matayo 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na Dawe ari mw’ijuru ntibimuhimbara ko hagira n’umwe muri abo batoyi apfa+. Abaroma 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Munezeranwe n’abanezerewe+; murirane n’abarira. 1 Petero 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.
25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.