Matayo 21:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Muvyiyumvirako iki? Umuntu umwe yari afise abana babiri+. Aja ku wa mbere, amubwira ati: ‘Mwananje, genda ukore uno musi mu murima w’imizabibu.’
28 “Muvyiyumvirako iki? Umuntu umwe yari afise abana babiri+. Aja ku wa mbere, amubwira ati: ‘Mwananje, genda ukore uno musi mu murima w’imizabibu.’