Imigani 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Yehova ubwiwe ni we yampinguye nka yo ntango y’inzira yiwe+, mba ica mbere na mbere mu bikorwa vyiwe vya kera+. Abakolosayi 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni we shusho+ y’Imana itaboneka+, imfura+ mu biremwa vyose; Ivyahishuwe 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ na we uti: Ibi ni vyo Amen+ avuga, ca cabona+ cizigirwa+ kandi c’ukuri+, intango y’ivyaremwe n’Imana+:
22 “Yehova ubwiwe ni we yampinguye nka yo ntango y’inzira yiwe+, mba ica mbere na mbere mu bikorwa vyiwe vya kera+.
14 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ na we uti: Ibi ni vyo Amen+ avuga, ca cabona+ cizigirwa+ kandi c’ukuri+, intango y’ivyaremwe n’Imana+: