ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 35:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ntimuze mwakire incungu yo gucungura umwicanyi akwiriye gupfa+, kuko akwiye kwicwa ata kabuza+.

  • Luka 23:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 (Uyo ni uwari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi kanaka bwari bwabaye mu gisagara be no kubera ubwicanyi.)

  • Ivyakozwe 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Egome, mwarihakanye uwo mweranda akaba n’umugororotsi+, maze musaba umugabo, umwicanyi+, ngo bamubahe ku buntu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika