ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Uraguma uzibukiriye ijambo ry’ikinyoma+. Kandi ntiwice intungane n’umugororotsi, kuko ntazokwita umubisha umugororotsi+.

  • Matayo 27:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Pilato ababwira ati: “None Yezu umwe bita Kristu na we ndamugire nte?” Bose bavuga bati: “Namanikwe+!”

  • Mariko 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Bongera gusemerera bati: “Mumanike+!”

  • Luka 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze batangura kuvuza induru bati: “Manika! Mumanike+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika