Matayo 27:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Bukeye, ukaba wari umusi ukurikira Umwiteguro+, abakuru b’abaherezi n’Abafarizayo bakoranira imbere ya Pilato, Yohani 19:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze Abayuda, kubera ko hari ku Mwiteguro+, kugira ngo ibiziga ntibigume+ ku biti vyo kubabarizwako kw’Isabato (kuko umusi w’iyo Sabato wari uwukomeye+), basaba Pilato gutegeka ko amaguru yabo avunagurwa, na nya biziga bigakurwaho.
62 Bukeye, ukaba wari umusi ukurikira Umwiteguro+, abakuru b’abaherezi n’Abafarizayo bakoranira imbere ya Pilato,
31 Maze Abayuda, kubera ko hari ku Mwiteguro+, kugira ngo ibiziga ntibigume+ ku biti vyo kubabarizwako kw’Isabato (kuko umusi w’iyo Sabato wari uwukomeye+), basaba Pilato gutegeka ko amaguru yabo avunagurwa, na nya biziga bigakurwaho.