-
Luka 24:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 [[Mugabo Petero ava hasi arirukanga aja ku mva, hanyuma yunamye, abona ibitambara vyonyene. Aca aragenda, aguma yibaza muri we ivyari vyabaye.]]
-