Yohani 11:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nya muntu yari yapfuye arasohoka, amaguru n’amaboko bizingiriyeko ibitambara+, mu maso hiwe na ho hazingiriye impuzu. Yezu ababwira ati: “Mutekurure mumureke agende.”
44 Nya muntu yari yapfuye arasohoka, amaguru n’amaboko bizingiriyeko ibitambara+, mu maso hiwe na ho hazingiriye impuzu. Yezu ababwira ati: “Mutekurure mumureke agende.”