Matayo 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Yezu ababwira ati: “Ntimutinye! Nimugende muvyiganire bene wacu+, kugira baje i Galilaya; ni ho bazombonera.” Luka 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yari Mariya umwe Magadalena, na Yohana+, na Mariya nyina wa Yakobo. N’abandi bagore+ bari kumwe na bo bariko babwira intumwa ivyo bintu.
10 Maze Yezu ababwira ati: “Ntimutinye! Nimugende muvyiganire bene wacu+, kugira baje i Galilaya; ni ho bazombonera.”
10 Yari Mariya umwe Magadalena, na Yohana+, na Mariya nyina wa Yakobo. N’abandi bagore+ bari kumwe na bo bariko babwira intumwa ivyo bintu.