Matayo 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+, Yohani 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nk’uko wantumye mw’isi, na jewe narabatumye mw’isi+. 2 Timoteyo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi ibintu wanyumvanye bishigikiwe n’ivyabona vyinshi+, ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa, abazoheza bakaba abakwije neza ibisabwa kugira bigishe abandi+.
19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+,
2 kandi ibintu wanyumvanye bishigikiwe n’ivyabona vyinshi+, ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa, abazoheza bakaba abakwije neza ibisabwa kugira bigishe abandi+.