Matayo 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nzoguha impfunguruzo z’ubwami bwo mw’ijuru, kandi ikintu cose uzoboha kw’isi kizoba ari icaboshwe mw’ijuru, kandi ikintu cose uzobohora kw’isi kizoba ari icabohowe mw’ijuru+.”
19 Nzoguha impfunguruzo z’ubwami bwo mw’ijuru, kandi ikintu cose uzoboha kw’isi kizoba ari icaboshwe mw’ijuru, kandi ikintu cose uzobohora kw’isi kizoba ari icabohowe mw’ijuru+.”