Luka 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mugabo amaso yabo abuzwa kumumenya+. Yohani 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amaze kuvuga ivyo arahindukira, abona Yezu ahagaze, mugabo ntiyamenya ko ari Yezu+.