ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Yezu ababwira ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Muri kwa kurema busha, Umwana w’umuntu niyicara ku ntebe y’ubwami yiwe y’ubuninahazwa, mwebwe mwankurikiye namwe ubwanyu muzokwicara ku ntebe z’ubwami cumi na zibiri, mucire imanza imiryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+.

  • Yohani 12:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nimba umuntu ashaka kunkorera, nankurikire, kandi aho ndi ni ho n’umusuku wanje azoba+. Nimba umuntu ashaka kunsukurira, Data azomutera iteka+.

  • Ivyahishuwe 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika