Ivyahishuwe 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Ivyahishuwe+ na Yezu Kristu, ivyo Imana yamuhaye+ ngo yereke abashumba bayo+ ibintu bitegerezwa kuba vuba+. Na we yatumye umumarayika wiwe+ hanyuma abishikiriza biciye kuri we mu bimenyetso+, bishikirizwa umushumba wayo* Yohani+, Ivyahishuwe 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Jewe Yohani, mwene wanyu nkaba n’uwusangiye namwe amakuba+ n’ubwami+ n’ukwihangana+ mu kwifatanya na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa ukuvuga ivyerekeye Imana n’ugushingira intahe Yezu+.
1 Ivyahishuwe+ na Yezu Kristu, ivyo Imana yamuhaye+ ngo yereke abashumba bayo+ ibintu bitegerezwa kuba vuba+. Na we yatumye umumarayika wiwe+ hanyuma abishikiriza biciye kuri we mu bimenyetso+, bishikirizwa umushumba wayo* Yohani+,
9 Jewe Yohani, mwene wanyu nkaba n’uwusangiye namwe amakuba+ n’ubwami+ n’ukwihangana+ mu kwifatanya na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa ukuvuga ivyerekeye Imana n’ugushingira intahe Yezu+.