Yohani 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ndafise ibintu vyinshi vyo kuvuga ku biberekeye no gucako urubanza. Kukaba nkako, uwandungitse ni uw’ukuri, kandi ivyo namwumvanye nyene ni vyo ndiko mvuga mw’isi+.”
26 Ndafise ibintu vyinshi vyo kuvuga ku biberekeye no gucako urubanza. Kukaba nkako, uwandungitse ni uw’ukuri, kandi ivyo namwumvanye nyene ni vyo ndiko mvuga mw’isi+.”