Yohani 12:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwanya mugifise umuco, nimwizere umuco, kugira ngo mucike abana b’umuco+.” Yezu avuga ivyo bintu, aca aragenda, yinyegeza nya bantu. Yohani 12:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Naje nk’umuco mw’isi+, kugira ngo uwunyizeye wese ntagume mu mwiza+. 1 Yohani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.
36 Umwanya mugifise umuco, nimwizere umuco, kugira ngo mucike abana b’umuco+.” Yezu avuga ivyo bintu, aca aragenda, yinyegeza nya bantu.
7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.