Yohani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uyo muntu yaje ku bw’intahe+, kugira ngo ashingire intahe umuco+, ngo abantu b’uburyo bwose bemere biciye kuri we+. Yohani 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nanje narabibonye, kandi narashinze intahe yuko uwo ari we Mwana w’Imana+.”
7 Uyo muntu yaje ku bw’intahe+, kugira ngo ashingire intahe umuco+, ngo abantu b’uburyo bwose bemere biciye kuri we+.