Yohani 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu aramwishura ati: “Nta bubasha na bukeyi wari kungirako, iyo utaba wabuhawe buvuye hejuru+. Ni co gituma uwantanze kuri wewe afise igicumuro kinini kuruta.” Abaheburayo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye, umuntu ntaronka iryo teka ari we aryihaye+, ahubwo gusa arironka arihamagariwe n’Imana+, nk’uko vyabaye no kuri Aroni+. Yakobo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.
11 Yezu aramwishura ati: “Nta bubasha na bukeyi wari kungirako, iyo utaba wabuhawe buvuye hejuru+. Ni co gituma uwantanze kuri wewe afise igicumuro kinini kuruta.”
4 Vyongeye, umuntu ntaronka iryo teka ari we aryihaye+, ahubwo gusa arironka arihamagariwe n’Imana+, nk’uko vyabaye no kuri Aroni+.
17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.