Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+. Yohani 6:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Uwemera arafise ubuzima budahera+. Abaheburayo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi aho amariye kugirwa uwutagira akanenge+, yacitse uwujejwe ubukiriro budahera+ ku bamugamburukira bose+,
16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+.
9 kandi aho amariye kugirwa uwutagira akanenge+, yacitse uwujejwe ubukiriro budahera+ ku bamugamburukira bose+,