Abaroma 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+, Abanyefeso 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntihagire umuntu abahendesha amajambo agaragara+, kuko ivyo bintu bihejeje kuvugwa ari vyo bituma uburake bw’Imana buza ku bana b’ubugambarazi+. Abaheburayo 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 ahubwo haba hasigaye ukwitegana ubwoba ata kabuza urubanza+ hakaba n’ishari ry’umuriro rigiye kuyigiza abarwanya Imana+.
8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,
6 Ntihagire umuntu abahendesha amajambo agaragara+, kuko ivyo bintu bihejeje kuvugwa ari vyo bituma uburake bw’Imana buza ku bana b’ubugambarazi+.
27 ahubwo haba hasigaye ukwitegana ubwoba ata kabuza urubanza+ hakaba n’ishari ry’umuriro rigiye kuyigiza abarwanya Imana+.