Yohani 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze ku musi ugira gatatu haba inzimano y’ubugeni i Kana+ h’i Galilaya, kandi nyina+ wa Yezu ni ho yari. Yohani 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu ivyo yabikoreye i Kana h’i Galilaya biba intango y’ibimenyetso vyiwe, ahishura ubuninahazwa+ bwiwe; abigishwa biwe na bo baramwizera.
2 Maze ku musi ugira gatatu haba inzimano y’ubugeni i Kana+ h’i Galilaya, kandi nyina+ wa Yezu ni ho yari.
11 Yezu ivyo yabikoreye i Kana h’i Galilaya biba intango y’ibimenyetso vyiwe, ahishura ubuninahazwa+ bwiwe; abigishwa biwe na bo baramwizera.