Luka 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze haboneka umugore yari amaze imyaka cumi n’umunani arimwo impwemu+ y’ubugoyagoye, kandi yari ahetamye nk’uwavunitsemwo kubiri akaba atashobora na gato guhagarara agororotse.
11 Maze haboneka umugore yari amaze imyaka cumi n’umunani arimwo impwemu+ y’ubugoyagoye, kandi yari ahetamye nk’uwavunitsemwo kubiri akaba atashobora na gato guhagarara agororotse.