Abafilipi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uyo naho yari ameze nk’Imana+, ntiyiyumviriye kunyaga ubukuru, ngo arondere kungana n’Imana+.