Luka 8:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze ababwira ati: “Ukwizera kwanyu kuri hehe?” Mugabo batekerwa n’ubwoba, baratangara, babwirana bati: “None uyu ni nde, ko ategeka n’imiyaga be n’amazi, bikamugamburukira+?” Yohani 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Yezu atora nya mikate, hanyuma amaze gukenguruka, ayigaburira abari bicaye, na twa dufi nyene ku rugero bashaka+. Yohani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.
25 Maze ababwira ati: “Ukwizera kwanyu kuri hehe?” Mugabo batekerwa n’ubwoba, baratangara, babwirana bati: “None uyu ni nde, ko ategeka n’imiyaga be n’amazi, bikamugamburukira+?”
11 Nuko Yezu atora nya mikate, hanyuma amaze gukenguruka, ayigaburira abari bicaye, na twa dufi nyene ku rugero bashaka+.
19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.