Matayo 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yezu na we amenya ivyiyumviro vyabo+, avuga ati: “Kubera iki mwiyumvira ibintu bibi mu mitima yanyu+? Yohani 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo Yezu ubwiwe ntiyabizigira+ kubera yari abazi bose Yohani 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yari azi umuntu yagira amugure+. Ni co catumye avuga ati: “Si mwese mutyoroye.”
4 Yezu na we amenya ivyiyumviro vyabo+, avuga ati: “Kubera iki mwiyumvira ibintu bibi mu mitima yanyu+?