Mariko 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo incuti+ ziwe zivyumvise, zirasohoka zija kumufata, kuko zariko zivuga ngo: “Yasaze+.”