Yohani 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku bw’ivyo rero, Abayuda batangura guhama+ Yezu, kubera ko yariko akora ivyo bintu mu gihe c’Isabato.
16 Ku bw’ivyo rero, Abayuda batangura guhama+ Yezu, kubera ko yariko akora ivyo bintu mu gihe c’Isabato.