Yohani 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwebwe ubwanyu muranshingira intahe yuko navuze nti: Sindi Kristu+, ahubwo natumwe kwitangira imbere uwo+. Ivyakozwe 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo igihe Yohani yariko ararangiza urugendo rwiwe, yaravuga ati: ‘Mugira ngo ndi nde? Sindi we. Mugabo, ehe hari uwuriko araza inyuma yanje uwo bitambereye gupfundurura inkweto z’ibirenge vyiwe+.’
28 Mwebwe ubwanyu muranshingira intahe yuko navuze nti: Sindi Kristu+, ahubwo natumwe kwitangira imbere uwo+.
25 Mugabo igihe Yohani yariko ararangiza urugendo rwiwe, yaravuga ati: ‘Mugira ngo ndi nde? Sindi we. Mugabo, ehe hari uwuriko araza inyuma yanje uwo bitambereye gupfundurura inkweto z’ibirenge vyiwe+.’