Yohani 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abayuda rero batangura kuvuga bati: “None azokwiyica? Kubera ko avuga ngo: ‘Iyo ndiko ndaja ntimushobora kuhaza+.’”
22 Abayuda rero batangura kuvuga bati: “None azokwiyica? Kubera ko avuga ngo: ‘Iyo ndiko ndaja ntimushobora kuhaza+.’”