ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 44:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko nzosuka amazi ku wunyotewe+, n’imigezi ishororoka ndayisuke ahantu humye+. Nzosuka impwemu yanje ku ruvyaro rwawe+, n’umuhezagiro wanje ku bamuka kuri wewe.

  • Yoweli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe.

  • Yohani 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yamara rero, ndababwiye ukuri: Ndiko ndagenda ku neza yanyu. Kuko ntagiye, wa mufasha+ ntazogenda aje kuri mwebwe; mugabo ngiye, nzomubarungikira.

  • Ivyakozwe 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ngo: ‘“Kandi mu misi ya nyuma,” ni ko Imana ivuga, “nzosuka igice c’impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi, n’abasore banyu bazobona ivyo beretswe, n’abatama banyu bazorota indoto+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika