Imigani 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umubisha azofatwa n’amakosa yiwe bwite+, kandi azocakirirwa mu migozi y’igicumuro ciwe+. Abaroma 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko tuzi yuko umuntu wacu wa kera yamanikanywe na we+, kugira ngo umubiri wacu w’umucumuzi ntugire ico ushikako+, ntitwongere kubandanya kuba abashumba b’igicumuro+. Abaroma 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ntimuzi yuko nimba mugumye mwishikiriza umuntu nk’abashumba bamugamburukira muba muri abashumba biwe kuko mumugamburukira+, mukaba ab’igicumuro+ bikavamwo urupfu+ canke ab’ubugamburutsi+ bikavamwo ubugororotsi+? Abaroma 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko tuzi ko Itegeko ari iry’impwemu+; mugabo jewe ndi uw’umubiri, nagurishijwe ngo ngabwe n’igicumuro+. 2 Petero 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Naho babasezeranira umwidegemvyo+, bo ubwabo ni abaja b’ukubora+. Kuko uwo wese atsinzwe n’uwundi aca agirwa umuja n’uyo+.
6 kuko tuzi yuko umuntu wacu wa kera yamanikanywe na we+, kugira ngo umubiri wacu w’umucumuzi ntugire ico ushikako+, ntitwongere kubandanya kuba abashumba b’igicumuro+.
16 Ntimuzi yuko nimba mugumye mwishikiriza umuntu nk’abashumba bamugamburukira muba muri abashumba biwe kuko mumugamburukira+, mukaba ab’igicumuro+ bikavamwo urupfu+ canke ab’ubugamburutsi+ bikavamwo ubugororotsi+?
14 Kuko tuzi ko Itegeko ari iry’impwemu+; mugabo jewe ndi uw’umubiri, nagurishijwe ngo ngabwe n’igicumuro+.
19 Naho babasezeranira umwidegemvyo+, bo ubwabo ni abaja b’ukubora+. Kuko uwo wese atsinzwe n’uwundi aca agirwa umuja n’uyo+.