Yobu 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku murango umwicanyi arahaguruka,Akagandagura umurushwa n’umworo+;Mw’ijoro na ho acika igisuma nyaco+. Matayo 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+.
14 Ku murango umwicanyi arahaguruka,Akagandagura umurushwa n’umworo+;Mw’ijoro na ho acika igisuma nyaco+.
15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+.