Yohani 14:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwarumvise ko nababwiye nti: Ndiko ndagenda kandi ndiko ndagaruka kuri mwebwe. Iyo muba munkunda, mwari kunezerwa n’uko ngiye kwa Data, kuko Data anduta+.
28 Mwarumvise ko nababwiye nti: Ndiko ndagenda kandi ndiko ndagaruka kuri mwebwe. Iyo muba munkunda, mwari kunezerwa n’uko ngiye kwa Data, kuko Data anduta+.