Matayo 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amazina ya nya ntumwa cumi na zibiri+ ni aya+: Ubwa mbere, Simoni ari we yitwa Petero+, na Andereya+ mwene wabo; Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo; Ivyakozwe 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+.
2 Amazina ya nya ntumwa cumi na zibiri+ ni aya+: Ubwa mbere, Simoni ari we yitwa Petero+, na Andereya+ mwene wabo; Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo;
14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+.