Matayo 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyongeye, ndabikubwiye: Uri Petero+, kandi kuri ico gitandara+ nzohubaka ishengero ryanje, kandi amarembo y’ukuzimu+ ntazorinesha+. Mariko 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nya mugwi yashinze wa cumi na babiri rero wari ugizwe na Simoni, ari we kandi yataziriye Petero+, Luka 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Simoni, ari na we kandi yise Petero+, na Andereya mwene wabo, Yakobo na Yohani+, Filipo+ na Barutelemi,
18 Vyongeye, ndabikubwiye: Uri Petero+, kandi kuri ico gitandara+ nzohubaka ishengero ryanje, kandi amarembo y’ukuzimu+ ntazorinesha+.
14 Simoni, ari na we kandi yise Petero+, na Andereya mwene wabo, Yakobo na Yohani+, Filipo+ na Barutelemi,