Matayo 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo mwebwe, ntimukitwe Rabi, kuko umwigisha wanyu ari umwe+, nayo mwebwe mwese muri abavukana. 1 Abakorinto 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mu vy’ukuri kuri twebwe hari Imana imwe+ ari yo Data+, iyo ibintu vyose bikomokako, natwe tukaba abayo+; kandi hari Umukama umwe+, Yezu Kristu+, biciye kuri we ibintu vyose bikaba biriho+, natwe tukabaho biciye kuri we. Abafilipi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 no kugira ngo ururimi rwose rwemange icese+ yuko Yezu Kristu ari Umukama+ ku bw’ubuninahazwa bw’Imana ari yo Data+.
6 mu vy’ukuri kuri twebwe hari Imana imwe+ ari yo Data+, iyo ibintu vyose bikomokako, natwe tukaba abayo+; kandi hari Umukama umwe+, Yezu Kristu+, biciye kuri we ibintu vyose bikaba biriho+, natwe tukabaho biciye kuri we.
11 no kugira ngo ururimi rwose rwemange icese+ yuko Yezu Kristu ari Umukama+ ku bw’ubuninahazwa bw’Imana ari yo Data+.