Zaburi 41:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+. Matayo 26:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Arishura ati: “Uwukoza ukuboko mw’ibakure hamwe nanje ni we angura+.
9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+.