Yohani 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.”
12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.”