Zaburi 104:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Akagira abamarayika biwe impwemu+,Abasuku biwe akabagira umuriro urigata+. Matayo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Shetani aramureka+, maze abamarayika baraza, batangura kumukorera+. Luka 22:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Maze umumarayika avuye mw’ijuru aramubonekera, aramukomeza+.