Abaroma 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntihagire uwo mugirira umwenda w’ikintu na kimwe+, atari ugukundana+; kuko uwukunda mugenziwe aba ashikije itegeko+. 1 Abakorinto 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Urukundo ntirwigera runanirwa+. Mugabo zaba ingabirano z’ukuvuga ubuhanuzi, zizokurwaho; zaba indimi, zizohagarara; bwaba ubumenyi, buzokurwaho+. Abagalatiya 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mubandanye kwikoreranira imizigo+, gutyo mushitse rya tegeko rya Kristu+. 1 Yohani 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Iyo umuntu avuze ngo: “Ndakunda Imana,” yamara akaba yanka mwene wabo, aba ari umubeshi+. Kuko uwudakunda mwene wabo+ yabonye adashobora kuba akunda Imana atabonye+.
8 Ntihagire uwo mugirira umwenda w’ikintu na kimwe+, atari ugukundana+; kuko uwukunda mugenziwe aba ashikije itegeko+.
8 Urukundo ntirwigera runanirwa+. Mugabo zaba ingabirano z’ukuvuga ubuhanuzi, zizokurwaho; zaba indimi, zizohagarara; bwaba ubumenyi, buzokurwaho+.
20 Iyo umuntu avuze ngo: “Ndakunda Imana,” yamara akaba yanka mwene wabo, aba ari umubeshi+. Kuko uwudakunda mwene wabo+ yabonye adashobora kuba akunda Imana atabonye+.